ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Munyonyo rup. 6
  • Abagendera ku mafarasi bane

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abagendera ku mafarasi bane
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Intangamarara
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
  • Abagendera kuri za farasi zine, boba bagutera ubwoba?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
  • Abagendera kuri za farasi zine ni bande?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Munyonyo rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAHISHUWE 4-6

Abagendera ku mafarasi bane

6:2, 4-6, 8

Yezu ari kw’ifarasi yera afise umuheto; akurikiwe n’ifarasi itukura, ifarasi yirabura be n’ifarasi ibenjutse

Yezu ‘yaratsinze’ igihe yarwana na Shetani be n’amadayimoni yiwe mw’ijuru akabaraririza kw’isi. N’ubu abandanya atsinda ku neza y’abayoboke biwe mu kubafasha no mu kubakingira muri iyi misi ya nyuma. ‘Azoheraheza intsinzi yiwe’ niyahagarika abagendera kuri za farasi zindi zitatu kuri Harumagedoni, maze agakuraho n’amabi yose bateje.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika