ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Gitugutu rup. 5
  • Ubukerebutsi buruta inzahabu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ubukerebutsi buruta inzahabu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • “Ubukerebutsi ni uburinzi”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Ubukerebutsi nyakuri buguma bushira ijwi hejuru
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
  • «Ubukerebutsi buva mw’ijuru» bwoba buriko burakora mu buzima bwawe?
    Niwiyegereze Yehova
  • «Itunga ryose ry’ubukerebutsi»
    “Ingo unkurikire”
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Gitugutu rup. 5

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IMIGANI 12-16

Ubukerebutsi buruta inzahabu

Integuro icapuwe
Umunzane uriko umuzingo uremereye gusumba inzahabu

Kubera iki ubukerebutsi buva ku Mana ari ubw’agaciro cane? Burakingira umuntu ingeso mbi bukanamuzigamira ubuzima. Buratuma aba umuntu ameze neza, akagira imvugo nziza n’ingeso nziza.

Ubukerebutsi buraturinda ubwishime

16:18, 19

  • Umuntu yibona

    Umuntu w’inkerebutsi aratahura ko Yehova ari we Sôko ry’ubukerebutsi bwose

  • Umuntu aroraniwe canke aronse amabanga yiyongereye akwiye kugaba cane ku bijanye n’ubwishime be n’ubwibone

Ubukerebutsi butuma umuntu agira imvugo nziza

16:21-24

  • Umuntu ariko aravuga, uwundi ariko arumviriza

    Umuntu w’inkerebutsi arakoresha ugutahura kwimbitse mu kurondera iciza mu bandi kandi akabavuga neza

  • Amajambo y’ubukerebutsi atuma umuntu anyurwa kandi asosa nk’ubuki. Ntasogota canke ngo avyure ibihari

WARI UBIZI?

Ikimamara c’ubuki

Iyo umuntu anyoye ubuki, umubiri uca ubwakira neza maze ukabuhinguramwo inkomezi dukeneye. Burakundwa kubera ko busosa kandi bukavura.

Amajambo meza araruhura mu vy’impwemu, nka kurya nyene ubuki bugirira neza umubiri.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika