ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Munyonyo rup. 7
  • Yehova akunda uwutangana akamwemwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova akunda uwutangana akamwemwe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Agaciro k’“uduceri tubiri”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • “Ingabire igenewe Yehova”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Amahera Ivyabona vya Yehova bakoresha ava he?
    Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Twoha iki Yehova?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Munyonyo rup. 7
Mushiki wacu afise telefone mu minwe

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Yehova akunda uwutangana akamwemwe

Mu 2 Abakorinto 9:7, haturemesha hati: “Umwe wese nagire nk’uko yavyiyemeje mu mutima wiwe, atabigiranye umwikomo canke ngo abigire agoberewe, kuko Imana ikunda uwutangana akamwemwe.” Muri kino gihe, turafise uburyo bworoshe bwo gutanga intererano biciye kuri internet kugira dushigikire igikorwa kirangurirwa aha iwacu canke kw’isi yose.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO GUTANGA INTERERANO BICIYE KU BUHINGA BWA NONE, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Tablete be telefone biriko urubuga rwa jw.org

    Dushobora gute gushika ahari amakuru ajanye no gutanga intererano kugira tumenye uburyo bushoboka mu gihugu iwacu?

  • Umugabo n’umugore bariko baganira ingene botegekanya ivyo gutanga

    Bamwebamwe bungukiye gute ku gutanga intererano biciye ku buhinga bwa none?

  • Ibimenyetso vyerekana uburyo bwo gutanga intererano

    Ni uburyo butandukanye ubuhe twokoresha mu gutanga intererano?

  • Umuvukanyi akiri muto ariko arereka umuvukanyi yitereye mu myaka ingene yotanga intererano akoresheje ubuhinga bwa none

    Twokora iki nimba tudatahura ingene twokoresha ubwo buhinga bushasha?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika