Kuvayo 14:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Umumarayika w’Imana y’ukuri+ yariko agendera imbere y’Abisirayeli aca arahava, aja inyuma yabo. Inkingi y’igicu na yo yari imbere yabo ica yimukira inyuma yabo, ihagararaho+.
19 Umumarayika w’Imana y’ukuri+ yariko agendera imbere y’Abisirayeli aca arahava, aja inyuma yabo. Inkingi y’igicu na yo yari imbere yabo ica yimukira inyuma yabo, ihagararaho+.