Kuvayo 18:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Musa aca yiganira sebukwe ibintu vyose Yehova yakoreye Farawo n’igihugu ca Misiri kubera Abisirayeli+. Amwiganira n’ingorane zose zabashikiye mu nzira+ n’ingene Yehova yabarokoye.
8 Musa aca yiganira sebukwe ibintu vyose Yehova yakoreye Farawo n’igihugu ca Misiri kubera Abisirayeli+. Amwiganira n’ingorane zose zabashikiye mu nzira+ n’ingene Yehova yabarokoye.