ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b Ico kibanza ceranda muri rusangi cari ikintu gifise imero y’urukiramende cubatse bwa nzu y’imbaho gipfutswe n’ihema rinini. Ariko rero, cari gikozwe mu bikoresho vyizavyiza, nk’inshato z’ivyogaruzi, impuzu zideshe bimwe biteye igomwe be n’imbaho zizimvye zometseko ifeza n’inzahabu. Ico kibanza ceranda cari cubatswe mu kigo gifise imero y’urukiramende kirimwo igicaniro c’agatangaza co gutangirako ibimazi. Uko igihe cagiye kirarengana, biboneka ko hari ibindi vyumba vyubatswe ku mpande z’iyo taberenakulo vyakoreshwa n’abaherezi. Bisa n’uko kimwe muri ivyo vyumba ari co Samweli yaryamamwo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika