2 Abami 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hezekiya atora rero nya makete mu kuboko kw’izo ntumwa maze arayasoma+, hanyuma aduga ku nzu ya Yehova araheza ayagaranzura imbere ya Yehova+. Nehemiya 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Amaherezo Sanibalati+ antumako umusuku wiwe rya jambo nyene ubugira gatanu, afise mu kuboko ikete ryuguruye.
14 Hezekiya atora rero nya makete mu kuboko kw’izo ntumwa maze arayasoma+, hanyuma aduga ku nzu ya Yehova araheza ayagaranzura imbere ya Yehova+.
5 Amaherezo Sanibalati+ antumako umusuku wiwe rya jambo nyene ubugira gatanu, afise mu kuboko ikete ryuguruye.