Yesaya 37:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+.Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.” Ivyahishuwe 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hanyuma giteranura akanwa kaco mu kurogota+ ku Mana, ngo kirogote kw’izina ryayo n’aho iba, mbere no ku baba mw’ijuru+.
29 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+.Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.”
6 Hanyuma giteranura akanwa kaco mu kurogota+ ku Mana, ngo kirogote kw’izina ryayo n’aho iba, mbere no ku baba mw’ijuru+.