Zaburi 35:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu batwenzi b’abahuni bironderera ico birira+,Hari ukumpekenyera amenyo+. Yesaya 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzomutuma kurwanya ihanga ry’irihuni+, kandi nzomuha itegeko ryo kurwanya igisata c’uburake bwanje+, kugira atware isahu ryinshi, atware n’iminyago myinshi, no kugira ahagire ahantu ho guhonyangwa nk’ibumba ryo mu mabarabara+.
6 Nzomutuma kurwanya ihanga ry’irihuni+, kandi nzomuha itegeko ryo kurwanya igisata c’uburake bwanje+, kugira atware isahu ryinshi, atware n’iminyago myinshi, no kugira ahagire ahantu ho guhonyangwa nk’ibumba ryo mu mabarabara+.