Zaburi 44:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+. Zaburi 89:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni wewe wajanjaguye Rahabu+, mbere nk’uwishwe+.Biciye ku kuboko kw’inkomezi zawe, washwiragije abansi bawe+. Yesaya 52:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yehova yapfukuye ukuboko kwiwe kweranda mu maso y’amahanga yose+; kandi impera zose z’isi zitegerezwa kubona ubukiriro bw’Imana yacu+.
3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.
10 Ni wewe wajanjaguye Rahabu+, mbere nk’uwishwe+.Biciye ku kuboko kw’inkomezi zawe, washwiragije abansi bawe+.
10 Yehova yapfukuye ukuboko kwiwe kweranda mu maso y’amahanga yose+; kandi impera zose z’isi zitegerezwa kubona ubukiriro bw’Imana yacu+.