Zaburi 113:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni nde ameze nka Yehova Imana yacu+,We yibera iyo hejuru+? Zaburi 123:1 Bibiliya y’isi nshasha 123 Ni wewe ndaramuriye amaso yanje+,Ewe wewe uba mu majuru+! Yesaya 66:1 Bibiliya y’isi nshasha 66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”
66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”