Yosuwa 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko baja aho Yosuwa ari kw’ikambi i Gilugali+, babwira Yosuwa n’abagabo ba Isirayeli bati: “Tuvuye mu gihugu ca kure. Ubu rero nimugirane isezerano+ natwe.” Luka 14:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nimba vy’ukuri atabishoboye, igihe rero uwo wundi akiri kure cane, aratuma umugwi w’abamuserukira, akamusaba amahoro+.
6 Nuko baja aho Yosuwa ari kw’ikambi i Gilugali+, babwira Yosuwa n’abagabo ba Isirayeli bati: “Tuvuye mu gihugu ca kure. Ubu rero nimugirane isezerano+ natwe.”
32 Nimba vy’ukuri atabishoboye, igihe rero uwo wundi akiri kure cane, aratuma umugwi w’abamuserukira, akamusaba amahoro+.