2 Abami 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata. Yesaya 36:1 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata+.
13 Mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata.
36 Nuko mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata+.