Yesaya 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Raba! Yehova agira acuranure igihugu akigire igiharabuga+, kandi yagoramitse mu maso haco+, asanzaza abakibamwo+. Yesaya 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Igihugu cagiye mu kigandaro+, cayamye. Ubutaka bwimbuka bwakabiranye, bwayamye. Abo hejuru mu banyagihugu bakabiranye+.
24 Raba! Yehova agira acuranure igihugu akigire igiharabuga+, kandi yagoramitse mu maso haco+, asanzaza abakibamwo+.
4 Igihugu cagiye mu kigandaro+, cayamye. Ubutaka bwimbuka bwakabiranye, bwayamye. Abo hejuru mu banyagihugu bakabiranye+.