Nahumu 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ahambarira ikiyaga+, akagikamya; yumisha inzuzi zose+. Bashani na Karumeli birakabiranye+, n’ishurwe rya Libani rirakabiranye.
4 Ahambarira ikiyaga+, akagikamya; yumisha inzuzi zose+. Bashani na Karumeli birakabiranye+, n’ishurwe rya Libani rirakabiranye.