ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 106:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Hahiriwe abubahiriza ubutungane+,

      Bagakora ivy’ubugororotsi igihe cose+.

  • Ezekiyeli 18:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 yabujije ukuboko kwiwe kugirira nabi umurushwa; ntiyaguraniye kwunguka+ kandi ntiyakiriye inyungu+; yashikije ingingo zanje z’ubutungane+; yagendeye mu vyagezwe vyanje+: uwo ntazopfa kubera ikosa rya se+. Ntazobura kubandanya kubaho+.

  • Malaki 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Itegeko ry’ukuri ryari mu kanwa kiwe+, kandi nta bitagororotse vyaboneka ku minwa yiwe. Yagendanye nanje mu mahoro no mu kugororoka+, kandi yaragaruye benshi barava mw’ikosa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika