Gusubira mu vyagezwe 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mugabo ahantu Yehova Imana yanyu azotora mu miryāngo yanyu yose ngo ahashire izina ryiwe, atume ari ho riba, muzoharondera, kandi utegerezwa kuza ng’aho+. Zaburi 78:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 Mugabo atora umuryango wa Yuda+,Umusozi Siyoni, uwo yakunze+.
5 mugabo ahantu Yehova Imana yanyu azotora mu miryāngo yanyu yose ngo ahashire izina ryiwe, atume ari ho riba, muzoharondera, kandi utegerezwa kuza ng’aho+.