Zaburi 44:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni wewe Mwami wanje, ewe Mana yanje+.Tegeka habe ubukiriro buhambaye kuri Yakobo+. Zaburi 74:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yamara Imana ni yo Mwami wanje kuva kera+,Umwe ashitsa ubukiriro buhambaye hagati mw’isi+. Zaburi 97:1 Bibiliya y’isi nshasha 97 Yehova ubwiwe acitse umwami+! Isi nigire akanyamuneza+.Ya mazinga menshi nanezerwe+. Ivyahishuwe 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 bati: “Turagukengurukiye+, Yehova Mana, Mushoboravyose+, Uwuriho+ kandi yariho, kuko ufashe ububasha bwawe bukomeye+ ugatangura kuganza+. Ivyahishuwe 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze numva ikimeze nk’ijwi ry’isinzi rinini, kimeze kandi nk’ijwi ry’amazi menshi, kimeze kandi nk’ijwi ry’imituragaro yasana. Bavuga bati: “Shemeze Ya+, kuko Yehova Imana yacu, Mushoboravyose+, atanguye kuganza+.
17 bati: “Turagukengurukiye+, Yehova Mana, Mushoboravyose+, Uwuriho+ kandi yariho, kuko ufashe ububasha bwawe bukomeye+ ugatangura kuganza+.
6 Maze numva ikimeze nk’ijwi ry’isinzi rinini, kimeze kandi nk’ijwi ry’amazi menshi, kimeze kandi nk’ijwi ry’imituragaro yasana. Bavuga bati: “Shemeze Ya+, kuko Yehova Imana yacu, Mushoboravyose+, atanguye kuganza+.