Gusubira mu vyagezwe 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi Yehova ata gukeka azogukurako indwara yose. Na za ndwara mbi zose zo mu Misiri wamenya+, nta zo azogushirako. Azozishira ku bakwanka bose. Ivyahishuwe 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi izohanagura amosozi yose+ ku maso yabo, kandi urupfu ntiruzoba rukiriho+, eka n’ikigandaro canke amaborogo canke ububabare ntibizoba bikiriho+. Ivya kera vyagiye+.” Ivyahishuwe 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 rumanuka hagati mu nzira yagutse ya nya gisagara. Kandi hakuno y’urwo ruzi no hakurya hari ibiti+ vy’ubuzima vyera incuro cumi na zibiri mu mwaka, bikama ivyamwa vyavyo buri kwezi+. Amababi ya nya biti na yo yari ayo kuvūra amahanga+.
15 Kandi Yehova ata gukeka azogukurako indwara yose. Na za ndwara mbi zose zo mu Misiri wamenya+, nta zo azogushirako. Azozishira ku bakwanka bose.
4 Kandi izohanagura amosozi yose+ ku maso yabo, kandi urupfu ntiruzoba rukiriho+, eka n’ikigandaro canke amaborogo canke ububabare ntibizoba bikiriho+. Ivya kera vyagiye+.”
2 rumanuka hagati mu nzira yagutse ya nya gisagara. Kandi hakuno y’urwo ruzi no hakurya hari ibiti+ vy’ubuzima vyera incuro cumi na zibiri mu mwaka, bikama ivyamwa vyavyo buri kwezi+. Amababi ya nya biti na yo yari ayo kuvūra amahanga+.