ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 72:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Hazoba umukimba w’intete kw’isi+;

      Kw’isonga ry’imisozi hazoba umusesekara+.

      Ivyamwa vyiwe bizoba nk’i Libani+,

      Kandi abo mu gisagara bazoshurika nk’ibimera vyo kw’isi+.

  • Yesaya 60:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Ubuninahazwa bwa Libani buzoza kuri wewe, igiti c’umuberoshi, igiti c’umutidari be n’akajwari icarimwe+, kugira ngo ikibanza c’aheranda hanje gisharizwe+; kandi nzoninahaza ikibanza c’ibirenge vyanje+.

  • Yesaya 61:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 guha abagandariye Siyoni, kubaha icambarwa co mu mutwe mu kibanza c’iminyota+, amavuta y’umwigino+ mu kibanza c’ikigandaro, umutamana w’ishemezo mu kibanza c’umutima udendebukiwe+; kandi bazokwitwa vy’ukuri ibiti bininibinini vy’ubugororotsi+, umurima watewe na Yehova+, kugira ngo asharizwe+.

  • Hoseya 14:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Iminago yiwe izonaga, iteka ryiwe ribe nk’iry’igiti c’umwelayo+, ugutamirana kwiwe na kwo kube nk’ukwa Libani.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika