1 Ngoma 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Iteka n’ubwiza bwakaka biri imbere yiwe+,Inkomezi n’akanyamuneza biri ahantu hiwe+. Zaburi 29:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ijwi rya Yehova ni iry’ububasha+;Ijwi rya Yehova ni agahore+. Zaburi 104:1 Bibiliya y’isi nshasha 104 Hezagira Yehova, mutima wanje+!Ewe Yehova Mana yanje, wabonetse ko uhambaye cane+.Wiyambika iteka n’ubwiza bwakaka+, Zaburi 145:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubwiza bwakaka buninahaye bw’iteka ryawe+Be n’ibintu vy’ibikorwa vyawe vy’agatangaza, nzovyitwararika+.
104 Hezagira Yehova, mutima wanje+!Ewe Yehova Mana yanje, wabonetse ko uhambaye cane+.Wiyambika iteka n’ubwiza bwakaka+, Zaburi 145:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubwiza bwakaka buninahaye bw’iteka ryawe+Be n’ibintu vy’ibikorwa vyawe vy’agatangaza, nzovyitwararika+.
5 Ubwiza bwakaka buninahaye bw’iteka ryawe+Be n’ibintu vy’ibikorwa vyawe vy’agatangaza, nzovyitwararika+.