2 Ngoma 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega si wewe, ewe Mana yacu+, wirukanye ababa muri iki gihugu bakava imbere y’abantu bawe Isirayeli+ maze ukagiha+ uruvyaro rwa Aburahamu umukunzi wawe+, gushika igihe kitagira urugero? Yakobo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kandi icanditswe cararangutse, kimwe kivuga ngo: “Aburahamu yizeye Yehova, abiharurwako nk’ubugororotsi+,” araheza yitwa “umugenzi wa Yehova+.”
7 Mbega si wewe, ewe Mana yacu+, wirukanye ababa muri iki gihugu bakava imbere y’abantu bawe Isirayeli+ maze ukagiha+ uruvyaro rwa Aburahamu umukunzi wawe+, gushika igihe kitagira urugero?
23 kandi icanditswe cararangutse, kimwe kivuga ngo: “Aburahamu yizeye Yehova, abiharurwako nk’ubugororotsi+,” araheza yitwa “umugenzi wa Yehova+.”