ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 94:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko Yehova atazoheba abantu biwe+,

      Eka ntazota intoranwa yiwe+.

  • Yeremiya 33:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 nohevye rero n’uruvyaro rwa Yakobo n’urwa Dawidi umusavyi wanje+, kugira ngo sintore mu ruvyaro rwiwe abatware bo kuganza uruvyaro rwa Aburahamu na Izahaki na Yakobo. Kuko nzokoranya abagizwe imbohe babo+, kandi nzobumvira ikigongwe+.’”

  • Abaroma 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Imana ntiyataye abantu bayo, abo yamenye ubwa mbere+. Burya, ntimuzi ico Icanditswe kivuga ku bijanye na Eliya igihe yatakambira Imana arega Isirayeli+? Avuga ati:

  • Abaroma 11:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 kandi muri ubwo buryo Isirayeli+ yose izokizwa. Nk’uko vyanditswe ngo: “Umurokozi azova i Siyoni+ akure kuri Yakobo imigenzo yo kutibanga Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika