-
Daniyeli 2:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Nya Bakaludaya barishura imbere y’umwami bati: “Kw’isi yumutse nta muntu ariho ashoboye kwerekana ico kintu c’umwami, narirya ata mwami ahambaye canke buramatari yigeze asaba ikintu nk’ico umuherezi w’umunyamageza canke uwuhamagara imizimu canke Umukaludaya.
-