Yesaya 48:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 nagumye rero nguhishurira kuva ico gihe. Imbere y’uko bishika, narabikwumvishije+, kugira ntuvuge ngo: ‘Ikigirwamana canje ni co cabikoze, kandi igishusho c’ikibazano canje be n’igishusho canje c’icuma gishongeshejwe ni vyo vyabitegetse+.’
5 nagumye rero nguhishurira kuva ico gihe. Imbere y’uko bishika, narabikwumvishije+, kugira ntuvuge ngo: ‘Ikigirwamana canje ni co cabikoze, kandi igishusho c’ikibazano canje be n’igishusho canje c’icuma gishongeshejwe ni vyo vyabitegetse+.’