37 “Yamara uracariho, kuko yakunze ba sogokuruza bawe ku buryo yatoranije uruvyaro rwabo mu nyuma zabo+, akakuzana agukuye mu Misiri ijisho ryiwe riri kuri wewe, biciye ku bubasha bwiwe bukomeye+,
15 Ba sogokuruza bawe ni bo gusa Yehova yifatanije na bo kugira abakunde, ku buryo yatoye uruvyaro rwabo mu nyuma zabo+, egome, mwebwe, abakuye mu bisata vyose vy’abantu, nk’uko biri uyu musi.
13 Ariko ntitworeka kwama dukengurukira Imana ku bwanyu, yemwe bene wacu bakundwa na Yehova, kubera ko Imana yabarobanuye+ guhera mu ntango ngo muronke ubukiriro mu kubezesha+ impwemu+ no mu kwizera mufise mu kuri+.