Yohani 20:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo ibi vyaranditswe+ kugira ngo mwemere yuko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira ngo, kubera ukwizera+, mugire ubuzima biciye kw’izina ryiwe. Abaroma 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+.
31 Mugabo ibi vyaranditswe+ kugira ngo mwemere yuko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira ngo, kubera ukwizera+, mugire ubuzima biciye kw’izina ryiwe.
20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+.