ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 54:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Abana bawe bose+ bazoba abigishijwe na Yehova+, kandi amahoro y’abana bawe azoba menshi+.

  • Yohani 6:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Vyanditswe mu Bahanuzi ngo: ‘Kandi bose bazokwigishwa na Yehova+.’ Umuntu wese yumvise ibiva kuri Data kandi akavyiga, aza kuri jewe+.

  • 1 Abatesalonika 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ariko ku bijanye n’urukundo rwa kivukanyi+, ntimukeneye ko tubandikira, kuko mwebwe ubwanyu mwigishijwe n’Imana+ gukundana+;

  • 1 Yohani 2:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nayo mwebwe, irobanurwa+ mwahawe na we riguma muri mwebwe, kandi ntimukeneye ko hagira uwubigisha+; mugabo nk’uko irobanurwa mwahawe na we ribigisha ku vyerekeye ibintu vyose+, kandi rikaba ari iry’ukuri+ atari ukubesha, kandi nk’uko ryabigishije, nimugume mwunze ubumwe+ na we.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika