16 Kandi hazobaho koko inzira y’ikirari+ iva muri Ashuri ku bw’amasigarira+ y’abantu biwe bazoba basigaye+, nk’uko nyene habayeho inzira ya Isirayeli wa musi yaduga avuye mu gihugu ca Misiri.
10 Sharoni+ hazocika koko itongo ryo kuragiramwo intama+, ikiyaya co hasi ca Akori+ na co gicike ahantu inka ziruhukira, ku bw’abantu banje bazoba bandondeye+.