ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 9
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 9:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 15:29
  • +It 49:21; Mt 4:13
  • +Mt 4:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2016, rup. 4

    Yezu ni inzira, rup. 58, 161

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 10-11

Yesaya 9:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 4:16; Lk 1:79; 2:32; Yoh 1:9; 8:12
  • +Am 5:8
  • +Mt 4:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2016, rup. 4

    Yezu ni inzira, rup. 58, 161

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 10-11

Yesaya 9:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 2:11; 8:23
  • +Ivk 8:8; Fp 4:4; 1Pt 1:8
  • +Zb 4:7; 126:6
  • +1Sm 30:16; 2Ng 20:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2001, rup. 11-12

Yesaya 9:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:48; Yes 10:27; Yr 30:8; Ezk 34:27; Nah 1:13
  • +Yes 14:5
  • +Abc 8:12, 28; Yes 10:26

Yesaya 9:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:4
  • +Yes 9:19

Yesaya 9:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:14; Lk 1:35; 2:11
  • +Yoh 1:14; 3:16; Heb 1:2
  • +It 49:10; Zb 2:6; Lk 22:29; Ivh 19:16
  • +Yes 11:2; Zk 6:13; Mt 7:28; 12:42
  • +Zb 45:3; Yoh 1:18
  • +1Kr 15:22; Heb 9:12; Ivh 1:18
  • +Yes 32:18; Yoh 14:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2014, rup. 12

    1/10/2010, rup. 24

    15/5/2007, rup. 6

    Niwiyegereze, rup. 211-213

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 23, 189

    Urashobora Kubaho, rup. 112-113

Yesaya 9:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:35
  • +Zb 72:7; Dn 2:44
  • +Lk 1:32; Ivh 3:7
  • +2Sm 7:16; Ivh 11:15
  • +Yes 42:1; Yr 23:5; Mt 12:18
  • +Zb 45:6; Yes 16:5; 32:1; Yoh 5:30; Heb 1:8
  • +2Bm 19:31; Yes 37:32; Ezk 36:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    8/2012, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2006, rup. 4-5

    Urashobora Kubaho, rup. 112-113

Yesaya 9:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:8

Yesaya 9:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 21:19; Ezk 33:33
  • +2Bm 17:6; Yes 7:9
  • +Img 16:18; Mal 3:15

Yesaya 9:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 7:9; Am 5:11
  • +1Bm 10:27

Yesaya 9:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 16:9

Yesaya 9:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 16:6
  • +2Ng 28:18
  • +Gus 31:17; Zb 79:7; Yr 10:25
  • +Yes 5:25; 10:4

Yesaya 9:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 7:2, 10
  • +2Bm 17:14; Am 4:6; 5:6

Yesaya 9:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:13
  • +Gus 13:5; 2Bm 17:6
  • +Yes 10:17; Hs 10:15

Yesaya 9:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 3:1
  • +Gus 13:1; Yr 5:31; Mt 7:15

Yesaya 9:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:12
  • +Mt 15:14

Yesaya 9:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “uduhungu tutagira se.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 5:4; 147:10
  • +Gus 4:25
  • +Yes 5:25; Ezk 20:33

Yesaya 9:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 31:12; Nah 1:6
  • +Mal 4:1; Heb 6:8
  • +Ezk 20:47
  • +Zb 37:20; Hs 13:3

Yesaya 9:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:17; Yr 9:12; Zf 1:18
  • +Mik 7:6

Yesaya 9:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:26; Gus 28:51
  • +Lw 26:29; Gus 28:55

Yesaya 9:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:6
  • +Yes 5:25

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 9:12Bm 15:29
Yes. 9:1It 49:21; Mt 4:13
Yes. 9:1Mt 4:15
Yes. 9:2Mt 4:16; Lk 1:79; 2:32; Yoh 1:9; 8:12
Yes. 9:2Am 5:8
Yes. 9:2Mt 4:16
Yes. 9:3Zk 2:11; 8:23
Yes. 9:3Ivk 8:8; Fp 4:4; 1Pt 1:8
Yes. 9:3Zb 4:7; 126:6
Yes. 9:31Sm 30:16; 2Ng 20:27
Yes. 9:4Gus 28:48; Yes 10:27; Yr 30:8; Ezk 34:27; Nah 1:13
Yes. 9:4Yes 14:5
Yes. 9:4Abc 8:12, 28; Yes 10:26
Yes. 9:5Yes 14:4
Yes. 9:5Yes 9:19
Yes. 9:6Yes 7:14; Lk 1:35; 2:11
Yes. 9:6Yoh 1:14; 3:16; Heb 1:2
Yes. 9:6It 49:10; Zb 2:6; Lk 22:29; Ivh 19:16
Yes. 9:6Yes 11:2; Zk 6:13; Mt 7:28; 12:42
Yes. 9:6Zb 45:3; Yoh 1:18
Yes. 9:61Kr 15:22; Heb 9:12; Ivh 1:18
Yes. 9:6Yes 32:18; Yoh 14:27
Yes. 9:7Dn 2:35
Yes. 9:7Zb 72:7; Dn 2:44
Yes. 9:7Lk 1:32; Ivh 3:7
Yes. 9:72Sm 7:16; Ivh 11:15
Yes. 9:7Yes 42:1; Yr 23:5; Mt 12:18
Yes. 9:7Zb 45:6; Yes 16:5; 32:1; Yoh 5:30; Heb 1:8
Yes. 9:72Bm 19:31; Yes 37:32; Ezk 36:22
Yes. 9:8Yes 7:8
Yes. 9:9Yb 21:19; Ezk 33:33
Yes. 9:92Bm 17:6; Yes 7:9
Yes. 9:9Img 16:18; Mal 3:15
Yes. 9:101Bm 7:9; Am 5:11
Yes. 9:101Bm 10:27
Yes. 9:112Bm 16:9
Yes. 9:122Bm 16:6
Yes. 9:122Ng 28:18
Yes. 9:12Gus 31:17; Zb 79:7; Yr 10:25
Yes. 9:12Yes 5:25; 10:4
Yes. 9:13Hs 7:2, 10
Yes. 9:132Bm 17:14; Am 4:6; 5:6
Yes. 9:14Yes 5:13
Yes. 9:14Gus 13:5; 2Bm 17:6
Yes. 9:14Yes 10:17; Hs 10:15
Yes. 9:15Yak 3:1
Yes. 9:15Gus 13:1; Yr 5:31; Mt 7:15
Yes. 9:16Yes 3:12
Yes. 9:16Mt 15:14
Yes. 9:17Zb 5:4; 147:10
Yes. 9:17Gus 4:25
Yes. 9:17Yes 5:25; Ezk 20:33
Yes. 9:18Yb 31:12; Nah 1:6
Yes. 9:18Mal 4:1; Heb 6:8
Yes. 9:18Ezk 20:47
Yes. 9:18Zb 37:20; Hs 13:3
Yes. 9:19Yes 10:17; Yr 9:12; Zf 1:18
Yes. 9:19Mik 7:6
Yes. 9:20Lw 26:26; Gus 28:51
Yes. 9:20Lw 26:29; Gus 28:55
Yes. 9:212Ng 28:6
Yes. 9:21Yes 5:25
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 9:1-21

Yesaya

9 Ariko rero, umwijima ntuzoba nk’igihe igihugu cari mu maganya, nk’igihe ca kera aho umuntu yakengera igihugu ca Zebuloni n’igihugu ca Nafutali+, be n’igihe mu nyuma umuntu yatuma haterwa iteka+—ya nzira y’iruhande y’ikiyaga, mu karere ka Yorodani, Galilaya y’amahanga+. 2 Abantu bahora bagendera mu mwiza babonye umuco mwinshi+. Nayo ababa mu gihugu c’igitutu kizitanye+, umuco wabakayanganiyeko+. 3 Wagwije ihanga+; warigwirije umunezero+. Banezerewe imbere yawe n’umunezero nk’uwo mu gihe c’iyimbura+, nk’abagira akanyamuneza igihe bagabura isahu+.

4 Kuko ingǒgo* y’umutwaro wabo+ n’inkoni yo ku bitugu vyabo, ikibando c’uwubahindagiza ku bikorwa+, wabijanjaguye nko ku musi wa Midiyani+. 5 Kuko ibotine yose y’uwuhonyanga+ adodagura be n’umutamana ukumbagajwe mu maraso bibaye ivy’uguturirwa nk’indya z’umuriro+. 6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+. 7 Ukugwira kw’ubutware bwa kiganwa+ be n’amahoro ntibizogira iherezo+, ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+ no ku bwami bwiwe, kugira ngo bushimangirwe+ no kugira ngo bushigikizwe ubutungane+ n’ubugororotsi+, kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero*. Umwete nyene wa Yehova nyen’ingabo uzobikora+.

8 Hari ijambo Yehova yatumye kuri Yakobo, rigwa kuri Isirayeli+. 9 Kandi abantu bazorimenya+, mbere bose, Efurayimu be n’uwuba i Samariya+, kubera ubwibone bwabo no kubera ukutisonera kw’umutima wabo, mu kuvuga+ bati: 10 “Amatafari ni yo yaguye, mugabo tuzokwubakisha amabuye abajwe+. Ibiti vy’imisukomora+ ni vyo vyiciwe, mugabo tuzobisubiriza amasederi.” 11 Kandi Yehova azoduza hejuru abarwanizi ba Rezini ngo bamurwanye, kandi abansi b’uyo azobashoreza umuhunda+, 12 Siriya ituruke mu buseruko+, Abafilisitiya na bo baturuke inyuma+, barotse Isirayeli bataburuye akanwa+. Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.

13 Abantu ntibagarutse ku wabakubita+, kandi ntibarondeye Yehova nyen’ingabo+. 14 Kandi Yehova azokuraho muri Isirayeli umutwe+ n’umurizo+, umuvyaro n’urukangaga, mu musi umwe+. 15 Umusaza akaba n’uwubahwa cane ni we mutwe+, nayo umuhanuzi atanga inyigisho y’ikinyoma ni we murizo+. 16 Kandi abayobora aba bantu ni bo babatera kwangara+; nayo abayoborwa bo muri bo, ni bo bavurugwa ubwenge+. 17 Ni co gituma Yehova atazonezerwa n’imisore yabo+, kandi ntazogirira imbabazi impfuvyi* zabo n’abapfakazi babo; kuko bose ari abahuni+ n’inkozi z’ikibi, kandi akanwa kose kakaba kavuga ivy’ubwenge buke. Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.

18 Kuko ububisha busigaye bururumba nk’umuriro+; buzorigata ibisaka vy’amahwa n’ivyatsi bibi+. Buzokwaka umuriro mu bisaka vy’inzitane vy’ikibira+, kandi bizoduzwa nk’agashururu k’umwotsi+. 19 Mu burake bwa Yehova nyen’ingabo igihugu kiradometswe, kandi abantu bazocika nk’indya z’umuriro+. Nta n’uwuzogirira impuhwe mwene wabo+. 20 Umuntu azokeba iburyo, ariko ntazobura gusonza; umuntu azorya ibubamfu, ariko ntibazogenda bahaze+. Umwe wese muri bo azorya inyama z’ukuboko kwiwe+, 21 Manase arye Efurayimu, Efurayimu arye Manase. Bazorwaniriza hamwe Yuda+. Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika