ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 21
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 21:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:12; Img 28:17; Yes 26:21

Gusubira mu vyagezwe 21:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:18

Gusubira mu vyagezwe 21:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Gusubira mu vyagezwe 21:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 35:33

Gusubira mu vyagezwe 21:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:1; Gus 18:5
  • +Gh 6:23; 1Ng 23:13
  • +Gus 17:9; 19:17; Mal 2:7

Gusubira mu vyagezwe 21:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 26:6; Mt 27:24

Gusubira mu vyagezwe 21:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 3:28; Zb 7:3

Gusubira mu vyagezwe 21:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:5; 2Sm 7:23
  • +Gh 16:22; Yr 26:15; Yon 1:14

Gusubira mu vyagezwe 21:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 19:13
  • +Gus 13:18; Zb 11:4; Img 15:3; Heb 4:13

Gusubira mu vyagezwe 21:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:13; Yos 21:44
  • +Gh 31:9; Gus 20:14

Gusubira mu vyagezwe 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 29:20; 34:3; Abc 14:2

Gusubira mu vyagezwe 21:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:24; 1Kr 11:6

Gusubira mu vyagezwe 21:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Kwari ukwezi guharurirwa ku mboneko.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:29; Gus 34:8

Gusubira mu vyagezwe 21:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:1
  • +Lw 25:46

Gusubira mu vyagezwe 21:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 29:30, 33; 1Sm 1:4

Gusubira mu vyagezwe 21:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 21:3

Gusubira mu vyagezwe 21:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “Intango y’ububasha bwiwe bwo kurondoka.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 5:1
  • +It 49:3; Zb 105:36
  • +It 25:31; Heb 12:16

Gusubira mu vyagezwe 21:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 30:11
  • +Kv 20:12; Gus 27:16; Img 1:8; 20:20; Ezk 22:7; Ef 6:1
  • +Gus 8:5; Img 13:24; 19:18; 23:13; Heb 12:9

Gusubira mu vyagezwe 21:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:18

Gusubira mu vyagezwe 21:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:5; 19:26; 30:17
  • +Img 23:20; 28:7
  • +Img 20:1; 23:21; Rm 13:13; 1Kr 6:10; Ef 5:18

Gusubira mu vyagezwe 21:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:11

Gusubira mu vyagezwe 21:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:5; 2Sm 4:12
  • +Yos 10:26; Ivk 10:39

Gusubira mu vyagezwe 21:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 8:29; Yoh 19:31
  • +2Kr 5:21; Gl 3:13
  • +Gh 35:34

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 21:1Zb 9:12; Img 28:17; Yes 26:21
Gus. 21:2Gus 16:18
Gus. 21:4Gh 35:33
Gus. 21:5Kv 28:1; Gus 18:5
Gus. 21:5Gh 6:23; 1Ng 23:13
Gus. 21:5Gus 17:9; 19:17; Mal 2:7
Gus. 21:6Zb 26:6; Mt 27:24
Gus. 21:72Sm 3:28; Zb 7:3
Gus. 21:8Gus 13:5; 2Sm 7:23
Gus. 21:8Gh 16:22; Yr 26:15; Yon 1:14
Gus. 21:9Gus 19:13
Gus. 21:9Gus 13:18; Zb 11:4; Img 15:3; Heb 4:13
Gus. 21:10Gus 20:13; Yos 21:44
Gus. 21:10Gh 31:9; Gus 20:14
Gus. 21:11It 29:20; 34:3; Abc 14:2
Gus. 21:12Yes 3:24; 1Kr 11:6
Gus. 21:13Gh 20:29; Gus 34:8
Gus. 21:14Gus 24:1
Gus. 21:14Lw 25:46
Gus. 21:15It 29:30, 33; 1Sm 1:4
Gus. 21:162Ng 21:3
Gus. 21:171Ng 5:1
Gus. 21:17It 49:3; Zb 105:36
Gus. 21:17It 25:31; Heb 12:16
Gus. 21:18Img 30:11
Gus. 21:18Kv 20:12; Gus 27:16; Img 1:8; 20:20; Ezk 22:7; Ef 6:1
Gus. 21:18Gus 8:5; Img 13:24; 19:18; 23:13; Heb 12:9
Gus. 21:19Gus 16:18
Gus. 21:20Img 15:5; 19:26; 30:17
Gus. 21:20Img 23:20; 28:7
Gus. 21:20Img 20:1; 23:21; Rm 13:13; 1Kr 6:10; Ef 5:18
Gus. 21:21Gus 13:11
Gus. 21:22Gh 25:5; 2Sm 4:12
Gus. 21:22Yos 10:26; Ivk 10:39
Gus. 21:23Yos 8:29; Yoh 19:31
Gus. 21:232Kr 5:21; Gl 3:13
Gus. 21:23Gh 35:34
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 21:1-23

Gusubira mu vyagezwe

21 “Nihagira umuntu basanga yagandaguwe ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe ngo ubwigarurire, arambaraye mu gahinga, kandi uwamwishe akaba atamenyekanye+, 2 abagabo b’inararibonye b’iwanyu n’abacamanza b’iwanyu+ baze bagende bapime gushika ku bisagara bikikuje uwo yagandaguwe: 3 icagirwa n’ikosa kizoba ari igisagara kirushirije kuba hafi y’uwo yagandaguwe. Abagabo b’inararibonye b’ico gisagara baze batore ishashi yo mu busho itarakoreshwa, itarakwega ingǒgo*; 4 abagabo b’inararibonye b’ico gisagara baze bamanukane iyo shashi mu mwonga utemba amazi aho badasanzwe barima canke ngo babibe imbuto, baheze bavunire izosi ry’iyo shashi ng’aho muri nya mwonga+.

5 “Abaherezi, bene Lewi, baze begere, kuko ari bo Yehova Imana yawe yatoye ngo bamukorere+ bongere bahezagire+ mw’izina rya Yehova, kandi biciye ku kanwa kabo akaba ari ho amatati yose ajanye n’igikorwa cose c’ubukazi akwiye kudadanurwa+. 6 Maze abagabo b’inararibonye bose b’ico gisagara barushirije kuba hafi y’uwo yagandaguwe baze bakarabire amaboko yabo+ hejuru ya ya shashi, imwe izosi ryayo rizoba ryavuniwe mu mwonga; 7 kandi baze bishure bati: ‘Amaboko yacu si yo yasheshe ayo maraso, eka n’amaso yacu ntiyabonye ingene aseswa+. 8 Ntuyaharure ku bantu bawe Isirayeli, abo wacunguye+, ewe Yehova, kandi ntushire amaraso y’intungane+ hagati y’igisata cawe Isirayeli.’ Kandi ayo maraso ntazoharurwa kuri bo. 9 Wewe rero, uzokura hagati yawe icaha c’ukwagirwa n’amaraso y’intungane+, kuko uzokora ibigororotse mu maso ya Yehova+.

10 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe, kandi Yehova Imana yawe akaba yabagabuye mu kuboko kwawe+, nawe ukabatwara ari imbohe+, 11 maze muri izo mbohe ukabonamwo umugore mwiza ku mubiri, hanyuma ukamugomwa+, ukamutwara ngo abe umugore wawe, 12 uze umuzane rero mu nzu yawe. Aze yimoshe umutwe+ yongere atunganye inzara ziwe, 13 yambure umutamana yajemwo ari imbohe aheze abe mu nzu yawe, aririre se na nyina ukwezi* kwose+. Inyuma y’ivyo uze uryamane na we, umutware akubere umugeni, abe umugore wawe. 14 Niwabona na ho ataguhimbaye, uze umurungike+, uko umutima wiwe ugomba; mugabo ntuze umugurishe amahera. Ntuze umucuranguze+ umaze kumutetereza.

15 “Umugabo niyagira abagore babiri, umwe akundwa uwundi yankwa, maze bompi, uwukundwa be n’uwankwa, bakamuvyarira abahungu, umuhungu w’imfura akaba uw’uyo yankwa+, 16 ku musi rero azoha abahungu biwe intoranwa y’ivyo afise, ntazokwemererwa gufata umuhungu w’umugore akundwa ngo amugire imfura ngo arenganye umuhungu w’umwe yankwa, kandi ari we mfura+. 17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+.

18 “Umuntu niyaba afise umwana w’intagondwa kandi w’umugarariji+, akaba atumviriza ijwi rya se canke ijwi rya nyina+, kandi bakaba baramukosoye mugabo ntabumvirize+, 19 se na nyina rero baze bamufate, bamusohore bamujane ku bagabo b’inararibonye bo mu gisagara c’iwabo no kw’irembo ry’aho aba+, 20 baheze babwire abagabo b’inararibonye b’igisagara c’iwabo bati: ‘Uyu mwana wacu ni intagondwa akaba n’umugarariji; ntiyumviriza ijwi ryacu+, kandi ni umukunzi w’inda+ akaba n’imborerwa+.’ 21 Maze abagabo bose bo mu gisagara c’iwabo baze bamutere amabuye, apfe. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi hagati yawe, kandi Isirayeli yose izovyumva itinye koko+.

22 “Nihagira umuntu abonekamwo igicumuro gikwiriye urubanza rwo gupfa, akicwa+, kandi mukaba mwamumanitse ku giti+, 23 umuvyimba wiwe ntuze urare ku giti+; ahubwo utegerezwa kumuhamba kuri uyo musi, kuko uwumanitswe ari ikintu kivumwe ku Mana+. Ntuze uhumanye ubutaka bwawe, ubwo Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika