-
Itanguriro 47:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Kubera iki woreka tugapfira imbere yawe, n’amatongo yacu agasigara ari amashamba? Nuduhe ibifungurwa, ube utuguze twe n’amatongo yacu. Tuzoca tuba abashumba ba Farawo, amatongo yacu na yo amwegukire. Duhe imbuto kugira ntidupfe, n’amatongo yacu ntacike amashamba.»
-