ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 5:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Nuko amwita Nowa*+, avuga ati: «Uyu azoturuhurira mu gikorwa cacu, igikorwa kiruhisha dukora kubera iyi si Yehova yavumye+.»

  • Itanguriro 41:51
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 51 Yozefu yita imfura yiwe Manase*+, kuko yavuga ati: «Imana yanyibagije ivyago vyanje vyose n’urugo rwa dawe rwose.»

  • Kuvayo 2:21, 22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Inyuma y’ivyo, Musa yemera kuba kwa Ruweli, na we araheza amuha Zipora+ umukobwa wiwe ngo abe umugore wiwe. 22 Haciye igihe, Zipora avyara umuhungu, Musa aca amwita Gerushomu*+ kuko yavuga ati: «Nabaye muri iki gihugu ndi kavamahanga+.»

  • Matayo 1:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Azovyara umwana w’umuhungu kandi uzomwite Yezu*+, kuko azokiza abantu biwe ibicumuro vyabo+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika