1 Samweli 1:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Hana aca yishura ati: «Oya databuja. Ndi umugore yishwe n’amaganya*. Nta muvinyu canke inzoga nanyoye, ahubwo ndiko mbwira Yehova akambakiye*+.
15 Hana aca yishura ati: «Oya databuja. Ndi umugore yishwe n’amaganya*. Nta muvinyu canke inzoga nanyoye, ahubwo ndiko mbwira Yehova akambakiye*+.