1 Samweli 1:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Maze araganira Imana ati: «Ewe Yehova Nyeningabo, raba ayo ngowe jewe umusavyi wawe, unyibuke. Nutanyibagira jewe umusavyi wawe ukampa umwana w’umuhungu+, nzomuguha Yehova, agukorere ubuzima bwiwe bwose. Kandi ntazokwigera amobwa+.» 1 Samweli 1:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Maze Eli asubizayo ati: «Igire amahoro, Imana ya Isirayeli iguhe ico wayisavye+.» Zaburi 66:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ariko Imana yaranyumvise+,yarateze ugutwi isengesho ryanje+.
11 Maze araganira Imana ati: «Ewe Yehova Nyeningabo, raba ayo ngowe jewe umusavyi wawe, unyibuke. Nutanyibagira jewe umusavyi wawe ukampa umwana w’umuhungu+, nzomuguha Yehova, agukorere ubuzima bwiwe bwose. Kandi ntazokwigera amobwa+.»