-
Gusubira mu vyagezwe 12:5, 6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Ahubwo muzoja gusengera Yehova Imana yanyu ahantu azoba yatoye mu miryango yanyu yose ngo hitirirwe* izina ryiwe yongere ahabe+. 6 Aho ni ho muzozana amashikanwa yanyu aturirwa+, ibimazi, ivy’icumi+, intererano+, amashikanwa yo gushitsa indagano, amashikanwa mutanga muvyishakiye+ hamwe n’ibitungwa bivutse ubwa mbere mu bitungwa vyanyu+.
-