2 Ngoma 32:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Inyuma y’ivyo vyose be n’ivyo Hezekiya yakoze vyerekana ko ari umwizigirwa+, Senakeribu umwami wa Ashuri aza gutera Ubuyuda. Yugariza ibisagara bikingijwe ibihome arondera kumena inzitiro zavyo ngo abifate+. Yesaya 36:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Mu mwaka ugira 14 umwami Hezekiya aganza, Senakeribu umwami wa Ashuri+ aja gutera ibisagara vyose vy’Ubuyuda bikingijwe ibihome, arabifata+.
32 Inyuma y’ivyo vyose be n’ivyo Hezekiya yakoze vyerekana ko ari umwizigirwa+, Senakeribu umwami wa Ashuri aza gutera Ubuyuda. Yugariza ibisagara bikingijwe ibihome arondera kumena inzitiro zavyo ngo abifate+.
36 Mu mwaka ugira 14 umwami Hezekiya aganza, Senakeribu umwami wa Ashuri+ aja gutera ibisagara vyose vy’Ubuyuda bikingijwe ibihome, arabifata+.