Yosuwa 24:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Naciye ndabaha igihugu mutaruhiye n’ibisagara mutubatse+, muraheza mubibamwo. Ubu muriko murya ivyo mu mirima y’imizabibu n’imirima y’imyelayo* mutateye+.”
13 Naciye ndabaha igihugu mutaruhiye n’ibisagara mutubatse+, muraheza mubibamwo. Ubu muriko murya ivyo mu mirima y’imizabibu n’imirima y’imyelayo* mutateye+.”