Kuvayo 34:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yehova aca imbere yiwe, amumenyesha ati: «Ndi Yehova, ndi Yehova, Imana y’imbabazi+ n’impuhwe*+, iteba gushavura+ kandi yuzuye urukundo*+ n’ukuri*+. Gusubira mu vyagezwe 4:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana y’imbabazi+. Ntazobata canke ngo abahonye, kandi ntazokwibagira isezerano yagiranye na ba sokuruza banyu+.
6 Yehova aca imbere yiwe, amumenyesha ati: «Ndi Yehova, ndi Yehova, Imana y’imbabazi+ n’impuhwe*+, iteba gushavura+ kandi yuzuye urukundo*+ n’ukuri*+.
31 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana y’imbabazi+. Ntazobata canke ngo abahonye, kandi ntazokwibagira isezerano yagiranye na ba sokuruza banyu+.