ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 34:18-20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ibi ni vyo bizoshikira abarenze kw’isezerano ryanje, ntibashitse ibiri mw’isezerano bagize imbere yanje igihe bacamwo kubiri inyana, bagaca hagati y’ibihimba vyayo*+, 19 ni ukuvuga abatware bo mu Buyuda, abatware b’i Yeruzalemu, abakozi bo ku kirimba, abaherezi n’abanyagihugu bose baciye hagati y’ibihimba vy’iyo nyana: 20 nzobatanga ku bansi babo no ku barondera kubica, kandi imivyimba yabo izoribwa n’inyoni zo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika