ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ariko nimutumviriza ijwi rya Yehova Imana yanyu, ntimwiteho gukurikiza amabwirizwa yiwe yose n’ivyagezwe vyiwe ndabahaye uyu musi, iyi mivumo yose izobazako ibahamvye+:

  • Gusubira mu vyagezwe 28:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Umwimbu wo mu mirima yanyu n’ibifungurwa vyanyu vyose bizoribwa n’abantu mutazi+. Bazokwama babanyaga utwanyu bongera babacinyiza.

  • Nehemiya 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Hari n’abavuga ngo: «Twaragwatirije amatongo yacu n’imirima yacu kugira turonke amahera y’ikori* ry’umwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika