ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 13:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Ewe Yehova Mana yanje, nundabe unyishure!

      Numurikire amaso yanje kugira simpfe*,

  • Yohani 11:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ahejeje kuvuga ivyo, yongerako ati: «Lazaro umugenzi wacu arasinziriye+, ariko ndagiyeyo kumukangura.»

  • Ivyakozwe 7:59, 60
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 59 Bakiriko baratera amabuye Sitefano, aratakamba ati: «Mukama Yezu, akira impwemu* yanje.» 60 Maze arapfukama, asemerera n’ijwi rikomeye ati: «Yehova*, ntubaharureko iki gicumuro+.» Ahejeje kuvuga ivyo, aca aracikana*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika