ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Rusi 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Hanyuma Bowazi aduga kw’irembo ry’igisagara+, yicaraho. Haciye akanya, aza abona ya ncuti yari yavuze+ irarenganye. Bowazi aca avuga ati: «Yewe ntuze, ingo wicare hano.» Nuko aragenda, aricara.

  • Imigani 31:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Umugabo wiwe arazwi neza mu marembo y’igisagara+,

      aho yicara ari kumwe n’abashingantahe baho*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika