Luka 14:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ahubwo niwagira umusi mukuru, uze utumire aboro, abatagira amaguru canke amaboko, abacumbagira n’impumyi+. Yakobo 1:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ugusenga* gutyoroye kandi kudahumanye imbere y’Imana yacu ikaba na Data ni uku: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma twirinze ntitwanduzwe n’isi+.
13 Ahubwo niwagira umusi mukuru, uze utumire aboro, abatagira amaguru canke amaboko, abacumbagira n’impumyi+.
27 Ugusenga* gutyoroye kandi kudahumanye imbere y’Imana yacu ikaba na Data ni uku: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma twirinze ntitwanduzwe n’isi+.