Yesaya 38:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kurya kw’intamba canke imarankoni*, ni ko nguma njwira+.Nguma nguguza nk’inuma+. Amaso yanje yaruhijwe n’ukurangamiza hejuru+ mvuga nti: “Ewe Yehova, ndi mu maganya menshi.Numfashe*+.”
14 Kurya kw’intamba canke imarankoni*, ni ko nguma njwira+.Nguma nguguza nk’inuma+. Amaso yanje yaruhijwe n’ukurangamiza hejuru+ mvuga nti: “Ewe Yehova, ndi mu maganya menshi.Numfashe*+.”