-
2 Samweli 16:5-7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Umwami Dawidi ashitse i Bahurimu, umugabo umwe wo mu muryango wa Sawuli aza amutumbereye, atangura kumuvuma+. Yitwa Shimeyi+, akaba yari mwene Gera. 6 Atangura gutera amabuye umwami Dawidi n’abasuku biwe bose n’abantu bose bari kumwe na we, n’abagabo b’intwari bari iburyo n’ibubamfu bwiwe. 7 Shimeyi yavuma umwami ati: «Genda urakagenda wa mwicanyi we! Wa mburakimazi we!
-