2 Samweli 16:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Muri iyo misi, impanuro Ahitofeli+ yatanga yabonwa nk’ijambo rivuye ku Mana y’ukuri*. Ukwo ni ko Dawidi na Abusalomu babona impanuro zose Ahitofeli atanze.
23 Muri iyo misi, impanuro Ahitofeli+ yatanga yabonwa nk’ijambo rivuye ku Mana y’ukuri*. Ukwo ni ko Dawidi na Abusalomu babona impanuro zose Ahitofeli atanze.