Itanguriro 15:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Inyuma y’ivyo, Yehova abwira Aburamu mw’iyerekwa ati: «Ntutinye+ Aburamu. Ndi inkinzo yawe+. Impembo yawe izoba nini cane+.» Gusubira mu vyagezwe 33:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ewe Isirayeli urahiriwe+! Ni nde ameze nkawe+,ihanga ryarokowe na Yehova+,we nkinzo yawe+akaba n’inkota yawe ikomeye? Abansi bawe bazojugumira imbere yawe+,kandi uzobahonyanga mu migongo*.» Zaburi 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ariko wewe, ewe Yehova, uri inkinzo inkikuje+.Uri ubuninahazwa bwanje+, kandi ni wewe utuma ntekana*+.
15 Inyuma y’ivyo, Yehova abwira Aburamu mw’iyerekwa ati: «Ntutinye+ Aburamu. Ndi inkinzo yawe+. Impembo yawe izoba nini cane+.»
29 Ewe Isirayeli urahiriwe+! Ni nde ameze nkawe+,ihanga ryarokowe na Yehova+,we nkinzo yawe+akaba n’inkota yawe ikomeye? Abansi bawe bazojugumira imbere yawe+,kandi uzobahonyanga mu migongo*.»
3 Ariko wewe, ewe Yehova, uri inkinzo inkikuje+.Uri ubuninahazwa bwanje+, kandi ni wewe utuma ntekana*+.