Matayo 27:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 bamuha umuvinyu uvanze n’ibintu birura*+. Ariko awuhonjeje, aca aranka kuwunywa. Mariko 15:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Bageze ng’aho, bagerageza kumuha umuvinyu uvanze n’ikiyayuramutwe citwa imira+, mugabo ntiyawunywa.
23 Bageze ng’aho, bagerageza kumuha umuvinyu uvanze n’ikiyayuramutwe citwa imira+, mugabo ntiyawunywa.