2 Samweli 17:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ahitofeli abonye ko batakurikije impanuro yabahaye, aca ategura indogobwa ayurirako, aja iwe mu gisagara iwabo+. Asiga atunganije* ivyo mu rugo rwiwe+, aca arimanika*+ arapfa. Baca bamuhamba aho bahamvye ba sekuruza.
23 Ahitofeli abonye ko batakurikije impanuro yabahaye, aca ategura indogobwa ayurirako, aja iwe mu gisagara iwabo+. Asiga atunganije* ivyo mu rugo rwiwe+, aca arimanika*+ arapfa. Baca bamuhamba aho bahamvye ba sekuruza.